1 Ngoma 16:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Hemani+ na Yedutuni+, abashira hamwe na bo kugira ngo bavuze inzumbete+ n’ivyuma bisāma n’ibicurarangisho vy’ururirimbo rw’Imana y’ukuri; bene+ Yedutuni na bo bashirwa kw’irembo.
42 Hemani+ na Yedutuni+, abashira hamwe na bo kugira ngo bavuze inzumbete+ n’ivyuma bisāma n’ibicurarangisho vy’ururirimbo rw’Imana y’ukuri; bene+ Yedutuni na bo bashirwa kw’irembo.