1 Ngoma 25:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Muri bene Asafu: Zakuri na Yozefu+ na Netaniya na Asharela+, bene Asafu bari bayobowe na Asafu+, uwavuga ubuhanuzi ayobowe n’umwami.
2 Muri bene Asafu: Zakuri na Yozefu+ na Netaniya na Asharela+, bene Asafu bari bayobowe na Asafu+, uwavuga ubuhanuzi ayobowe n’umwami.