2 Ngoma 25:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Atora inzahabu zose n’ifeza zose n’ibintu vyose vyari mu nzu y’Imana y’ukuri, kwa Obedi-edomu+ no mu matunga y’inzu y’umwami+, n’abagizwe imbohe, araheza asubira i Samariya+.
24 Atora inzahabu zose n’ifeza zose n’ibintu vyose vyari mu nzu y’Imana y’ukuri, kwa Obedi-edomu+ no mu matunga y’inzu y’umwami+, n’abagizwe imbohe, araheza asubira i Samariya+.