1 Ngoma 26:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ubwa Shupimu na Hosa+ bwerekana mu burengero, hafi y’Irembo Shaleketi, iruhande y’inzira y’ikirari iduga, umugwi wo kurinda+ ugatumberana n’uwundi mugwi wo kurinda+;
16 Ubwa Shupimu na Hosa+ bwerekana mu burengero, hafi y’Irembo Shaleketi, iruhande y’inzira y’ikirari iduga, umugwi wo kurinda+ ugatumberana n’uwundi mugwi wo kurinda+;