1 Ngoma 23:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Bene Kohati+ bari Amuramu, Izihari+, Heburoni+ na Uziyeli+: bane. 1 Ngoma 23:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Bene Heburoni bari Yeriya umukuru, Amariya uwugira kabiri, Yahaziyeli uwugira gatatu na Yekameyamu+ uwugira kane.
19 Bene Heburoni bari Yeriya umukuru, Amariya uwugira kabiri, Yahaziyeli uwugira gatatu na Yekameyamu+ uwugira kane.