-
1 Ngoma 5:24Bibiliya y’isi nshasha
-
-
24 Aba ni bo bari abakuru b’inzu ya ba sekuruza: Eferi na Ishi na Eliyeli na Aziriyeli na Yeremiya na Hodaviya na Yahadiyeli, abagabo bari intwari n’abanyenkomezi, abagabo ba rurangiranwa, abakuru b’inzu ya ba sekuruza.
-