Abacamanza 12:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Maze Abudoni mwene Hileli Umunyapiratoni arapfa hanyuma ahambwa i Piratoni mu gihugu ca Efurayimu, ku musozi w’Umumaleki+.
15 Maze Abudoni mwene Hileli Umunyapiratoni arapfa hanyuma ahambwa i Piratoni mu gihugu ca Efurayimu, ku musozi w’Umumaleki+.