1 Samweli 14:50 Bibiliya y’isi nshasha 50 Umugore wa Sauli yitwa Ahinowamu umukobwa wa Ahimayazi; umukuru w’ingabo ziwe yitwa Abuneri+ mwene Neri, sewabo wa Sauli. 2 Samweli 3:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Abuneri agarutse i Heburoni+, Yowabu aca aramwikebukanya imbere mw’irembo kugira avugane na we mu mwiherero+. Ariko aho nyene aca amuzibura mu nda+, arapfa kubera amaraso ya Asaheli+ mwene wabo.
50 Umugore wa Sauli yitwa Ahinowamu umukobwa wa Ahimayazi; umukuru w’ingabo ziwe yitwa Abuneri+ mwene Neri, sewabo wa Sauli.
27 Abuneri agarutse i Heburoni+, Yowabu aca aramwikebukanya imbere mw’irembo kugira avugane na we mu mwiherero+. Ariko aho nyene aca amuzibura mu nda+, arapfa kubera amaraso ya Asaheli+ mwene wabo.