1 Ngoma 11:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Uru ni rwo rutonde rwa nya bagabo b’abanyenkomezi bari aba Dawidi: Yashobeyamu+ umuhungu w’Umuhakimoni, umukuru wa bamwe batatu. Yari abanguriye icumu ku bantu amajana atatu biciwe icarimwe+.
11 Uru ni rwo rutonde rwa nya bagabo b’abanyenkomezi bari aba Dawidi: Yashobeyamu+ umuhungu w’Umuhakimoni, umukuru wa bamwe batatu. Yari abanguriye icumu ku bantu amajana atatu biciwe icarimwe+.