13 Samweli rero atora rya hembe ry’amavuta+, arayamurobanuza hagati ya bene wabo. Nuko impwemu ya Yehova itangura gukorera kuri Dawidi kuva uyo musi+. Mu nyuma Samweli arahaguruka aja i Rama+.
12 Kandi Dawidi yari umuhungu wa wa Munyefurata+ w’i Betelehemu ha Yuda yitwa Yese. Uno yari afise abahungu umunani+. Mu misi ya Sauli, uwo mugabo yari amaze gusaza.