2 Samweli 23:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nayo Benaya+ mwene Yehoyada+ umuhungu w’umugabo w’intwari, uwakoze ibikorwa vyinshi i Kabuzeyeli+, agarika ba bahungu babiri ba Ariyeli w’i Mowabu; ni we yamanutse kugarika intambwe+ mu cobo c’amazi ku musi urubura rwariko ruragwa+. 1 Abami 2:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Umwami aca ashira Benaya+ mwene Yehoyada mu kibanza ciwe ngo abe umukuru w’ingabo+; Zadoki umuherezi na we, umwami amushira mu kibanza ca Abiyatari+.
20 Nayo Benaya+ mwene Yehoyada+ umuhungu w’umugabo w’intwari, uwakoze ibikorwa vyinshi i Kabuzeyeli+, agarika ba bahungu babiri ba Ariyeli w’i Mowabu; ni we yamanutse kugarika intambwe+ mu cobo c’amazi ku musi urubura rwariko ruragwa+.
35 Umwami aca ashira Benaya+ mwene Yehoyada mu kibanza ciwe ngo abe umukuru w’ingabo+; Zadoki umuherezi na we, umwami amushira mu kibanza ca Abiyatari+.