Kuvayo 18:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Nuko Musa atangura gutora muri Isirayeli yose abagabo babishoboye, abashinga amabanga yo kuba abakuru b’abantu+, abakuru b’ibihumbi, abakuru b’amajana, abakuru ba mirongo itanitanu n’abakuru b’amacumi. 1 Samweli 8:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 kandi azokwigenera abakuru baganza ibihumbi+ n’abakuru baganza mirongo itanitanu+, abandi na bo kugira bamurimire+ no kugira bashwabure umwimbu wiwe+ no kugira bahingure ibirwanisho+ vyiwe n’ivyuma vy’imikogote yiwe+.
25 Nuko Musa atangura gutora muri Isirayeli yose abagabo babishoboye, abashinga amabanga yo kuba abakuru b’abantu+, abakuru b’ibihumbi, abakuru b’amajana, abakuru ba mirongo itanitanu n’abakuru b’amacumi.
12 kandi azokwigenera abakuru baganza ibihumbi+ n’abakuru baganza mirongo itanitanu+, abandi na bo kugira bamurimire+ no kugira bashwabure umwimbu wiwe+ no kugira bahingure ibirwanisho+ vyiwe n’ivyuma vy’imikogote yiwe+.