1 Ngoma 27:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Uwari ajejwe amatunga y’umwami+ yari Azimaveti mwene Adiyeli. Uwari ajejwe amatunga mu gihugu hagati+, mu bisagara+ no mu bigwati no mu minara yari Yonatani mwene Uziya.
25 Uwari ajejwe amatunga y’umwami+ yari Azimaveti mwene Adiyeli. Uwari ajejwe amatunga mu gihugu hagati+, mu bisagara+ no mu bigwati no mu minara yari Yonatani mwene Uziya.