1 Abami 8:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nuko Dawidi dawe agira icipfuzo mu mutima wiwe co kwubakira inzu izina rya Yehova Imana ya Isirayeli+. Zaburi 132:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Gushika ndonkeye Yehova ikibanza+,Ndonkeye itaberenakulo ihambaye wa Munyabubasha wa Yakobo+.”
17 Nuko Dawidi dawe agira icipfuzo mu mutima wiwe co kwubakira inzu izina rya Yehova Imana ya Isirayeli+.