1 Timoteyo 5:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ndagutegetse nshimitse imbere y’Imana na Kristu Yezu+ n’abamarayika batowe ngo ugumye ivyo bintu ata guca urubanza imbere y’igihe, ata co ukoreshwa no kugira aho uhengamiye+.
21 Ndagutegetse nshimitse imbere y’Imana na Kristu Yezu+ n’abamarayika batowe ngo ugumye ivyo bintu ata guca urubanza imbere y’igihe, ata co ukoreshwa no kugira aho uhengamiye+.