2 Ngoma 4:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Maze akora ibitereko vy’amatara+ vy’inzahabu; abikora ari cumi yisunze umugero umwe+, araheza abishira mu rusengero, bitanu iburyo na bitanu ibubamfu+.
7 Maze akora ibitereko vy’amatara+ vy’inzahabu; abikora ari cumi yisunze umugero umwe+, araheza abishira mu rusengero, bitanu iburyo na bitanu ibubamfu+.