Zaburi 103:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Yehova ubwiwe yashimangiye intebe yiwe y’ubwami mu majuru+;Kandi ingoma yiwe yaganje vyose+. Matayo 6:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ubwami+ bwawe nibuze. Ukugomba kwawe+ nigukorwe kw’isi nko mw’ijuru+.