Guharura 26:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Bene Manase+ bari: Kuri Makiri+ umuryango w’Abamakiri. Makiri na we yavyaye Gileyadi. Kuri Gileyadi+ umuryango w’Abagileyadi. Yosuwa 17:1 Bibiliya y’isi nshasha 17 Maze ubupfindo+ bwerekana akarere k’umuryango wa Manase+, kuko yari imfura ya Yozefu+, egome akarere ka Makiri+ imfura ya Manase, se wa Gileyadi+, kuko yari umurwanyi+; Gileyadi+ na Bashani haba ahiwe.
29 Bene Manase+ bari: Kuri Makiri+ umuryango w’Abamakiri. Makiri na we yavyaye Gileyadi. Kuri Gileyadi+ umuryango w’Abagileyadi.
17 Maze ubupfindo+ bwerekana akarere k’umuryango wa Manase+, kuko yari imfura ya Yozefu+, egome akarere ka Makiri+ imfura ya Manase, se wa Gileyadi+, kuko yari umurwanyi+; Gileyadi+ na Bashani haba ahiwe.