1 Abami 8:61 Bibiliya y’isi nshasha 61 Kandi umutima wanyu uze ube uwukwiye+ ku vyerekeye Yehova Imana yacu mu kugendera mu ngingo nyobozi ziwe no mu kugumya amabwirizwa yiwe nk’uko biri uyu musi.” 2 Abami 20:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “Ndagusavye, ewe Yehova, ndakwinginze wibuke+ ingene nagendeye+ imbere yawe mu kuri+, mfise umutima ukwiye+, kandi ko nakoze ivyari vyiza mu maso yawe+.” Nuko Hezekiya atangura kurira cane+. Mariko 12:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 kandi utegerezwa gukunda Yehova Imana yawe n’umutima wawe wose n’ubuzima bwawe bwose n’umuzirikanyi wawe wose n’inkomezi zawe zose+.’
61 Kandi umutima wanyu uze ube uwukwiye+ ku vyerekeye Yehova Imana yacu mu kugendera mu ngingo nyobozi ziwe no mu kugumya amabwirizwa yiwe nk’uko biri uyu musi.”
3 “Ndagusavye, ewe Yehova, ndakwinginze wibuke+ ingene nagendeye+ imbere yawe mu kuri+, mfise umutima ukwiye+, kandi ko nakoze ivyari vyiza mu maso yawe+.” Nuko Hezekiya atangura kurira cane+.
30 kandi utegerezwa gukunda Yehova Imana yawe n’umutima wawe wose n’ubuzima bwawe bwose n’umuzirikanyi wawe wose n’inkomezi zawe zose+.’