ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 7:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kandi utegerezwa kugumya ibwirizwa n’ingingo nyobozi n’ingingo z’ubutungane ndagutegetse uno musi, mu kubikora+.

  • Gusubira mu vyagezwe 12:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 “Ng’izi ingingo nyobozi+ n’ingingo z’ubutungane+ mukwiye kuba maso mugashitsa+ mu gihugu Yehova Imana ya ba sogokuruza bawe atazobura kukwemerera kwigarurira, imisi yose muzomara muri bazima ku butaka+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika