1 Ngoma 2:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Bene Onamu+ baba Shamayi na Yada. Bene Shamayi na bo bari Nadabu na Abishuri.