Itanguriro 16:1 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kandi Sarayi, umugore wa Aburamu, ntiyari yaramuvyariye abana+; mugabo yari afise umusukukazi w’Umunyamisirikazi yitwa Hagari+. 1 Samweli 30:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Dawidi rero amubwira ati: “Uri uwa nde, kandi uva he?” Na we avuga ati: “Ndi umusuku w’Umunyamisiri, umushumba w’umugabo w’Umumaleki, mugabo databuja yarampevye kubera narwaye, hakaba haciye imisi itatu+.
16 Kandi Sarayi, umugore wa Aburamu, ntiyari yaramuvyariye abana+; mugabo yari afise umusukukazi w’Umunyamisirikazi yitwa Hagari+.
13 Dawidi rero amubwira ati: “Uri uwa nde, kandi uva he?” Na we avuga ati: “Ndi umusuku w’Umunyamisiri, umushumba w’umugabo w’Umumaleki, mugabo databuja yarampevye kubera narwaye, hakaba haciye imisi itatu+.