Itanguriro 12:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Gutyo Aburamu afata Sarayi umugore wiwe+, na Loti umuhungu wa mwene wabo+, n’ibintu vyose bari bararundanije+, be n’abantu bari bararonse i Harani, bavayo bafata inzira kugira baje mu gihugu ca Kanani+. Amaherezo bashika mu gihugu ca Kanani.
5 Gutyo Aburamu afata Sarayi umugore wiwe+, na Loti umuhungu wa mwene wabo+, n’ibintu vyose bari bararundanije+, be n’abantu bari bararonse i Harani, bavayo bafata inzira kugira baje mu gihugu ca Kanani+. Amaherezo bashika mu gihugu ca Kanani.