Ezekiyeli 27:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Abacuruza b’i Sheba+ n’i Rayama+ bari abacuruza bawe; ivyo mu bubiko bwawe vyaratangwa ngo uronke ibimota neza vy’ubwoko bwose vyiza kuruta ibindi vyose, n’ubwoko bwose bw’amabuye y’agaciro, n’inzahabu+.
22 Abacuruza b’i Sheba+ n’i Rayama+ bari abacuruza bawe; ivyo mu bubiko bwawe vyaratangwa ngo uronke ibimota neza vy’ubwoko bwose vyiza kuruta ibindi vyose, n’ubwoko bwose bw’amabuye y’agaciro, n’inzahabu+.