Itanguriro 49:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Nayo wewe Yuda+, bene wanyu bazoguhaya+. Ukuboko kwawe kuzoba ku gakanu k’abansi bawe+. Abana ba so bazokubita inkoro hasi imbere yawe+. Guharura 26:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Iyo ni yo yari imiryango ya Yuda+, y’abanditswe babo: bari ibihumbi mirongo irindwi na bitandatu n’amajana atanu+.
8 “Nayo wewe Yuda+, bene wanyu bazoguhaya+. Ukuboko kwawe kuzoba ku gakanu k’abansi bawe+. Abana ba so bazokubita inkoro hasi imbere yawe+.
22 Iyo ni yo yari imiryango ya Yuda+, y’abanditswe babo: bari ibihumbi mirongo irindwi na bitandatu n’amajana atanu+.