Guharura 13:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Abamaleki+ ni bo baba mu gihugu ca Negebu+; Abaheti n’Abayebusi+ n’Abamori+ baba mu karere k’imisozi; Abanyakanani+ na bo baba iruhande y’ikiyaga no ku nkengera ya Yorodani.” Abacamanza 1:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kandi bene Benyamini ntibirukanye Abayebusi baba i Yeruzalemu+; mugabo Abayebusi baracabana na bene Benyamini i Yeruzalemu gushika n’uyu musi+.
29 Abamaleki+ ni bo baba mu gihugu ca Negebu+; Abaheti n’Abayebusi+ n’Abamori+ baba mu karere k’imisozi; Abanyakanani+ na bo baba iruhande y’ikiyaga no ku nkengera ya Yorodani.”
21 Kandi bene Benyamini ntibirukanye Abayebusi baba i Yeruzalemu+; mugabo Abayebusi baracabana na bene Benyamini i Yeruzalemu gushika n’uyu musi+.