1 Samweli 1:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Maze bavyuka kare mu gitondo, bakubita inkoro hasi imbere ya Yehova, hanyuma basubira inyuma, baja iwabo i Rama+. Nuko Elikana aryamana+ na Hana umugore wiwe, maze Yehova aramwibuka+.
19 Maze bavyuka kare mu gitondo, bakubita inkoro hasi imbere ya Yehova, hanyuma basubira inyuma, baja iwabo i Rama+. Nuko Elikana aryamana+ na Hana umugore wiwe, maze Yehova aramwibuka+.