ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 3:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Baze bashitse ico babwirizwa kunkorera be n’ico babwirizwa gukorera ikoraniro ryose imbere y’ihema ry’ihuriro, mu kurangura igikorwa c’itaberenakulo.

  • Guharura 16:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Mbega ni ikintu gitoyi kuri mwebwe kuba Imana ya Isirayeli yarabatandukanije + n’ikoraniro rya Isirayeli kugira ngo ibiyegereze, ngo mukore igikorwa c’itaberenakulo ya Yehova mwongere muhagarare imbere y’ikoraniro kugira mubakorere+,

  • 1 Petero 4:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Nk’uko umwe wese yaronse ingabirano, muyikoreshe mu gukoreranira nk’ababwiriza beza b’ubuntu ata wari abukwiriye bw’Imana bwerekanwa mu buryo butari bumwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika