Itanguriro 46:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Bene Benyamini bari Bela+, Bekeri+, Ashubeli, Gera+, Namani+, Ehi, Roshi, Mupimu+, Hupimu+ na Arudi. Guharura 26:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 kuri Shefufamu umuryango w’Abashufamu; kuri Hufamu+ umuryango w’Abahufamu. 1 Ngoma 8:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 na Gera na Shefufamu+ na Huramu+.
21 Bene Benyamini bari Bela+, Bekeri+, Ashubeli, Gera+, Namani+, Ehi, Roshi, Mupimu+, Hupimu+ na Arudi.