2 Samweli 9:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kandi Mefibosheti yari afise umuhungu akiri muto yitwa Mika+, nayo ababa mu nzu ya Ziba bose bakaba bari abasuku ba Mefibosheti.
12 Kandi Mefibosheti yari afise umuhungu akiri muto yitwa Mika+, nayo ababa mu nzu ya Ziba bose bakaba bari abasuku ba Mefibosheti.