Itanguriro 5:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Metusela na we abaho imyaka ijana na mirongo umunani n’indwi. Maze avyara Lameki+.