1 Samweli 12:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Mugabo nimwakora ibibi n’akagagazo n’akantu, muzozimanganywa+, mwebwe n’umwami wanyu+.” Hoseya 13:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Naraguhaye rero umwami nshavuye+, kandi nzomukuraho naratse+.