2 Samweli 1:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ntimubivuge i Gati+;Ntimubitangaze mu mabarabara y’i Ashikeloni+,Kugira ngo abakobwa b’Abafilisitiya ntibanezerwe,Kugira ngo abakobwa b’abagabo batagenyerewe ntibigine+.
20 Ntimubivuge i Gati+;Ntimubitangaze mu mabarabara y’i Ashikeloni+,Kugira ngo abakobwa b’Abafilisitiya ntibanezerwe,Kugira ngo abakobwa b’abagabo batagenyerewe ntibigine+.