1 Ngoma 27:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Uwugira cumi ku bw’ukwezi kugira cumi yari Maharayi+ Umunyanetofa wo mu Bazera+; mu muce wiwe hari ibihumbi mirongo ibiri na bine.
13 Uwugira cumi ku bw’ukwezi kugira cumi yari Maharayi+ Umunyanetofa wo mu Bazera+; mu muce wiwe hari ibihumbi mirongo ibiri na bine.