-
Ezekiyeli 28:2Bibiliya y’isi nshasha
-
-
2 “Mwana w’umuntu, bwira indongozi ya Tiro uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze:
“‘“Ko umutima wawe wacitse uwibona+, kandi ukaguma uvuga ngo: ‘Ndi imana+. Niyicariye mu cicaro c’imana+, mu nda y’igezi ry’ikiyaga+,’ kandi uri umuntu yakuwe mw’ivu+, utari imana+, kandi umutima wawe ukaguma uwugira nk’umutima w’imana . . .
-