1 Ngoma 16:1 Bibiliya y’isi nshasha 16 Gutyo binjiza isandugu y’Imana y’ukuri+, bayishira mw’ihema Dawidi yari yarayishingiye+; maze batangura gushikiriza imbere y’Imana y’ukuri amashikanwa aturirwa n’ibimazi vy’ugusangira+. Zaburi 132:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Gushika ndonkeye Yehova ikibanza+,Ndonkeye itaberenakulo ihambaye wa Munyabubasha wa Yakobo+.” Ivyakozwe 7:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Uyo yaragize ubutoni+ imbere y’Imana hanyuma asaba agateka ko kuronderera Imana ya Yakobo aho kuba+.
16 Gutyo binjiza isandugu y’Imana y’ukuri+, bayishira mw’ihema Dawidi yari yarayishingiye+; maze batangura gushikiriza imbere y’Imana y’ukuri amashikanwa aturirwa n’ibimazi vy’ugusangira+.
46 Uyo yaragize ubutoni+ imbere y’Imana hanyuma asaba agateka ko kuronderera Imana ya Yakobo aho kuba+.