ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 22:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Maze Zedekiya mwene Kenayana yihingurira amahembe y’icuma hanyuma avuga ati: “Ibi ni vyo Yehova avuze+: ‘Aya ni yo uzosunikisha Abasiriya gushika ubatikije+.’”

  • Yeremiya 28:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 “Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, avuze: ‘Nzovuna ingǒgo y’umwami wa Babiloni+.

  • Yeremiya 29:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, avuze kuri Ahabu mwene Kolaya kandi abwiye Zedekiya mwene Mayaseya, abababwira ubuhanuzi bw’ikinyoma mw’izina ryanje+: ‘Ehe ngira ndabatange mu kuboko kwa Nebukadirezari umwami wa Babiloni, na we azobicira mu maso yanyu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika