1 Abami 22:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ya ntumwa yari yagiye guhamagara Mikaya imubwira iti: “Umve, amajambo y’abahanuzi ni meza yose ku bijanye n’umwami. Ndakwinginze ijambo ryawe ribe nk’ijambo ry’umwe muri bo, uvuge iciza+.”
13 Ya ntumwa yari yagiye guhamagara Mikaya imubwira iti: “Umve, amajambo y’abahanuzi ni meza yose ku bijanye n’umwami. Ndakwinginze ijambo ryawe ribe nk’ijambo ry’umwe muri bo, uvuge iciza+.”