1 Abami 22:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Maze yinjira aho umwami ari, hanyuma umwami amubwira ati: “Mikaya, tuje i Ramoti-gileyadi mu ntambara, canke tureke?” Aca amubwira ati: “Duga kandi uroranirwe; Yehova azohatanga ata gukeka mu kuboko kw’umwami+.”
15 Maze yinjira aho umwami ari, hanyuma umwami amubwira ati: “Mikaya, tuje i Ramoti-gileyadi mu ntambara, canke tureke?” Aca amubwira ati: “Duga kandi uroranirwe; Yehova azohatanga ata gukeka mu kuboko kw’umwami+.”