1 Abami 22:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Na we avuga ati: “Ndabona koko Abisirayeli bose basanzaye+ ku misozi, nk’intama zitagira umwungere+. Yehova avuga kandi ati: ‘Abo ntibagira ba shebuja. Nibasubire inyuma, umwe wese yigire ku nzu yiwe amahoro+.’”
17 Na we avuga ati: “Ndabona koko Abisirayeli bose basanzaye+ ku misozi, nk’intama zitagira umwungere+. Yehova avuga kandi ati: ‘Abo ntibagira ba shebuja. Nibasubire inyuma, umwe wese yigire ku nzu yiwe amahoro+.’”