Yobu 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko umusi urashika, aho abana b’Imana y’ukuri+ binjira guhagarara imbere ya Yehova+, mbere na Shetani+ yinjira hagati muri bo+. Daniyeli 7:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Hari umugezi w’umuriro utemba uvuye imbere yiwe+. Hari ibihumbi igihumbi baguma bamukorera+, n’ibihumbi cumi kugwiza ibihumbi cumi baguma bahagaze imbere yiwe+. Sentare+ irasasa, ibitabu birazingururwa.
6 Nuko umusi urashika, aho abana b’Imana y’ukuri+ binjira guhagarara imbere ya Yehova+, mbere na Shetani+ yinjira hagati muri bo+.
10 Hari umugezi w’umuriro utemba uvuye imbere yiwe+. Hari ibihumbi igihumbi baguma bamukorera+, n’ibihumbi cumi kugwiza ibihumbi cumi baguma bahagaze imbere yiwe+. Sentare+ irasasa, ibitabu birazingururwa.