1 Abami 22:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Maze Yehova avuga ati: ‘Ni nde aza guhenda Ahabu, kugira ngo aduge hanyuma agwe i Ramoti-gileyadi?’ Umwe atangura kuvuga uku, uwundi na we akavuga kuriya+.
20 Maze Yehova avuga ati: ‘Ni nde aza guhenda Ahabu, kugira ngo aduge hanyuma agwe i Ramoti-gileyadi?’ Umwe atangura kuvuga uku, uwundi na we akavuga kuriya+.