Zaburi 104:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Akagira abamarayika biwe impwemu+,Abasuku biwe akabagira umuriro urigata+. Abaheburayo 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Vyongeye, ku bijanye n’abamarayika ivuga ngo: “Kandi abamarayika bayo ibagira impwemu, abakozi bayo bakorera abantu ikabagira urubeya rw’umuriro+.”
7 Vyongeye, ku bijanye n’abamarayika ivuga ngo: “Kandi abamarayika bayo ibagira impwemu, abakozi bayo bakorera abantu ikabagira urubeya rw’umuriro+.”