1 Abami 22:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kandi umwami wa Isirayeli na Yehoshafati umwami wa Yuda bari bicaye umwe wese ku ntebe y’ubwami yiwe, bambaye impuzu za cami+, ku mbuga y’ikubitiro, ku bwinjiriro bw’irembo rya Samariya; abahanuzi bose bariko bakora bwa bahanuzi imbere yabo+.
10 Kandi umwami wa Isirayeli na Yehoshafati umwami wa Yuda bari bicaye umwe wese ku ntebe y’ubwami yiwe, bambaye impuzu za cami+, ku mbuga y’ikubitiro, ku bwinjiriro bw’irembo rya Samariya; abahanuzi bose bariko bakora bwa bahanuzi imbere yabo+.