1 Abami 22:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Umwami wa Isirayeli abwira rero Yehoshafati ati: “Ndaza kwiyoberanya maze ninjire mu rugamba+, mugabo wewe, wambare impuzu zawe za cami+.” Nuko umwami wa Isirayeli ariyoberanya+ araheza yinjira mu rugamba+.
30 Umwami wa Isirayeli abwira rero Yehoshafati ati: “Ndaza kwiyoberanya maze ninjire mu rugamba+, mugabo wewe, wambare impuzu zawe za cami+.” Nuko umwami wa Isirayeli ariyoberanya+ araheza yinjira mu rugamba+.