Zaburi 34:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Umumarayika wa Yehova akambitse irya n’ino y’abatinya Imana+,Kandi arabakiza+. Zaburi 46:1 Bibiliya y’isi nshasha 46 Imana ni ubuhungiro n’inkomezi vyacu+,Ikaba n’imfashanyo yoroshe kuronka mu gihe c’amarushwa+. Zaburi 94:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Iyo Yehova atamfasha+,Mu kanya isase ubuzima bwanje bwari guca buja kuba mu gacerere+.