Ivyakozwe 5:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Araheza ababwira ati: “Bagabo ba Isirayeli+, mwiyubare ku vyo mugomba kugirira aba bantu.