Gusubira mu vyagezwe 1:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Ico gihe nyene ntegeka abacamanza banyu nti: ‘Igihe mwumviriza urubanza hagati ya bene wanyu, mutegerezwa guca urubanza mu bugororotsi+ hagati y’umuntu na mwene wabo, canke kavamahanga wiwe+. Yohani 5:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Sinshobora gukora ikintu na kimwe ndavyigeneye; nk’uko numva, ni ko nca urubanza; kandi urubanza nca ruragororotse+, kubera ko ntarondera ukugomba kwanje, ahubwo ndondera ukugomba+ kw’uwandungitse. Yohani 8:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Yamara ndamutse nciye urubanza, urubanza rwanje ruba ari urw’ukuri, kuko ntari jenyene, mugabo Data yandungitse ari kumwe nanje+.
16 “Ico gihe nyene ntegeka abacamanza banyu nti: ‘Igihe mwumviriza urubanza hagati ya bene wanyu, mutegerezwa guca urubanza mu bugororotsi+ hagati y’umuntu na mwene wabo, canke kavamahanga wiwe+.
30 Sinshobora gukora ikintu na kimwe ndavyigeneye; nk’uko numva, ni ko nca urubanza; kandi urubanza nca ruragororotse+, kubera ko ntarondera ukugomba kwanje, ahubwo ndondera ukugomba+ kw’uwandungitse.
16 Yamara ndamutse nciye urubanza, urubanza rwanje ruba ari urw’ukuri, kuko ntari jenyene, mugabo Data yandungitse ari kumwe nanje+.