Yosuwa 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Gira umutima rugabo kandi ukomere+, kuko ari wewe uzotuma aba bantu batorana+ igihugu narahiye ba sekuruza ko nzokibaha+.
6 Gira umutima rugabo kandi ukomere+, kuko ari wewe uzotuma aba bantu batorana+ igihugu narahiye ba sekuruza ko nzokibaha+.