2 Ngoma 15:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko arasohoka aja imbere ya Asa maze amubwira ati: “Nyumvirize, ewe Asa na Yuda yose na Benyamini yose! Yehova azobana namwe nimwabana na we+; nimwamurondera+, azoreka mumuronke, mugabo nimwamuheba azobaheba+. Zaburi 18:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Yehova nanyishure nk’uko ubugororotsi bwanje buri+,Nk’uko ukudahumana kw’amaboko yanje kuri, mu maso yiwe+.
2 Nuko arasohoka aja imbere ya Asa maze amubwira ati: “Nyumvirize, ewe Asa na Yuda yose na Benyamini yose! Yehova azobana namwe nimwabana na we+; nimwamurondera+, azoreka mumuronke, mugabo nimwamuheba azobaheba+.
24 Yehova nanyishure nk’uko ubugororotsi bwanje buri+,Nk’uko ukudahumana kw’amaboko yanje kuri, mu maso yiwe+.